Bang Media

Shakisha

Nelson Mandela Yavuye mu Bitaro

 

Itangazo ryavuye mu biro vy'umukuru w'igihugu wa Afrika y'Epfo rimenyesha ko Nelson Mandela yasezerewe mu bitaro.
Iryo tangazo riravuga ariko ko Mandela, ubu umaze imyaka 94 azakomeza gukurikiranirwa muhira mu mujyi wa Johannesburg.
Nelson Mandela niwe wabaye umukuru w'igihugu w'umwirabure wa mbere muri Afrika y'Epfo , akaba afatwa na benshi nk'umuvyeyi w'igihugu.
Amagara yiwe yakomeje gutera benshi umwitwarariko mur'iyi myaka itari mike irangiye. BBC
Shyiraho Igitekerezo!

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment